Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 22:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Maze haduka impari hagati yabo, bagomba kumenya umukuru muri bo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Maze havyuka impāri muri bo, z’uwo bagereranyako kw ar’ umukuru uw’ ari we.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 22:24
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Muri ico gihe, abigishwa begera Yesu baramubaza bati: “Mbega ni nde mukuru mu Bwami bw’ijuru?”


Ariko ntibamwishura, kuko mu nzira bariko babazanya umukuru muri bo uwo ari we.


Baca batangura kubazanya hagati muri bo uwokwubahuka gukora ivyo.


Maze haduka impari hagati mu bigishwa bashaka kumenya umukuru muri bo.


Urukundo rwanyu rurangwe no kugiriranira igishika nk’abavukana, kandi umuntu wese anezerezwe no gushira imbere mugenziwe.


Urukundo rurihangana, rugira ubugwaneza. Ntirugira ishari kandi ntirwishira hejuru.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ