Luka 22:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Aca afata n’umukate, awushimira Imana, arawumanyura, awubahereza avuga ati: “Iki ni ikimenyetso c’umubiri wanje watanzwe ku bwanyu; muzohore mubikora mu kunyibuka.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Yābīra umutsima, awushimira Imana, arawumanyagura, arawubaha, arababgira, at’ Uyu n’umubiri wanje ubatangiwe: murakore murtya kugira ngo kibe icibutso canje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |