Luka 22:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Kuko ndababwire, sinzosubira kunywa ku muvinyu w’imizabibu, gushika aho Ubwami bw’Imana buzozira.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 kuko mbabgira yuk’ uhereye none ntazokwongera kunywa ku nzabibu, kugeza ah’ ubgami bg’Imana buzozira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |