Luka 22:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Arabishura ati: “Mucinjira mu gisagara, muraja guhura n’umuntu yikoreye umubindi w’amazi. Muce mumukurikira gushika mu nzu aja kwinjiramwo, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Arabishura, at’ Umve, mumaze gushika mu gisagara, murahūra n’umugabo yikoreye umubindi w’amazi; mumukurikire mu rugo ajamwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |