Luka 21:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Baca baramubaza bati: “Mwigisha, ivyo bizoshika ryari? Ni ikihe kimenyetso kizokwerekana ko bigiye gushika?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Baramubaza, bati Mwigisha, non’ ivyo bizobaho ryari? Ikimenyetso kizoba iki c’igihe ivyo bizogira bishike? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |