Luka 21:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Mwiyubare, imitima yanyu ntiremerwe n’akaborerwe hamwe n’ibihimbaro bijanye na ko, canke imyitwarariko y’ivy’ubu buzima, kugira ngo uwo musi ntuze ubashikeko giturumbuka, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Ariko mwirinde, kugira ngw imitima yanyu ntīremērwe no kudandahirwa no kuborerwa n’umwitwaririko w’ivy’ ubu bugingo, ng’uwo musi ntubazeko giturumbuka, nk’umutego: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |