Luka 21:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Benshi muri bo bazokwicishwa inkota, canke batwarwe nk’inyagano mu mahanga yose yo kw’isi. Igisagara ca Yerusalemu kizohonyangwa n’Abanyamahanga kugeza igihe Abanyamahanga bagenewe kirangiye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Bazokwicwa n’ubugi bg’inkota, bazojanwa mu mahanga yose ar’inyagano: kand’ i Yerusalemu hazosiribangwa n’abanyamahanga, kugeza ah’ ibihe vy’abanyamahanga bizoshirira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |