Luka 21:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Nuko abazoba bari i Yudaya baze bahungire ku misozi, abari mu gisagara bakivemwo, kandi abazoba bagiye mu misozi, ntibaze bagaruke mu gisagara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Ico gihe abazoba bar’i Yudaya baze bahungire ku misozi miremire, kand’ abazoba bari hagati muri Yerusalemu baze bahasokoroke, kand’ abazoba bari mu misozi ntibaze baje i Yerusalemu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |