7 Nuko baramwishura bati: “Ntituzi uwabumuhaye.”
7 Bamwishura yuko batazi aho kwavuye.
Nitwavuga tuti: ‘Wavuye ku bantu,’ abantu bose baradutera amabuye kuko baremera ata gukekeranya ko Yohana yari uwuvugishwa n’Imana.”
Yesu na we arabwira ati: “Nanje sindababwira aho ububasha butuma nkora ibi buva.”
Yesu aca aravuga ati: “Naje muri iyi si guca urubanza, kugira ngo impumyi zihumuke, maze abibaza ko babona na bo ndabereke ko ari impumyi.”
Ica mbere mukwiye kumenya ko mu misi y’iherezo hazoza abacokoranyi, bacokora ukuri kandi bagakurikira ivyipfuzo vyabo bibi.