Luka 20:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe47 Banyaga imiryango y’abapfakazi bakabatwara ivyabo, kandi bakabandanya biyerekana nk’abantu beza mu gusenga amasengesho maremare. Ni co gituma bazohanwa kurusha abandi.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 Barya ingo z’abapfakazi, kandi basengesha menshi bahūmba; abo bazocirwa urubanza ruruta izindi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |