4 Mbega umubatizo wa Yohana wavuye ku Mana yo mw’ijuru canke ku bantu?”
4 non’ ukubatiza kwa Yohana kwāturutse mw ijuru, canke se mu bantu?
Ngira mpaguruke nsubire kwa data ndamubwire nti: Data naracumuye ku Mana yo mw’ijuru, ncumura no kuri wewe.
Arabishura ati: “Reka nanje ndababaze. Nimumbarire:
Baravugana hagati yabo bati: “Nitwavuga tuti: ‘Wavuye ku Mana yo mw’ijuru,’ ahava atubaza ati: ‘None ni kuki mutizeye ivyo Yohana yavuze?’
Imana yatumye umuntu yitwa Yohana,