Luka 20:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Vyongeye ntibazoba bagipfa, kuko bazoba bameze nk’abamarayika. Ni abana b’Imana, kuko ari abana b’ukuzuka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 kandi ntibaba bagishobora gupfa, kuko baringaniye n’abamarayika, kand’ ar’ abana b’Imana, kukw ar’ abana b’ukuzuka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |