Luka 20:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Baramubaza bati: “Ni ubuhe bubasha butuma ukora ivyo? Ni nde yabuguhaye?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 baramubaza, bati Tubgire, n’ububasha ki bugutera gukora ivyo, canke ni nde yaguhaye ubgo bubasha? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |