Luka 20:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Abigisha b’ivyagezwe n’abakuru b’abaherezi barondera ingene bomufata ubwo nyene, kuko bari batahuye ko ari bo ariko aravuga muri uwo mugani, ariko batinya abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Abanyabgenge b’ivyanditswe bo n’abaherezi bakuru ako kanya barondera ingene bomushōrerakw amaboko, ariko batinya abantu: kuko bamenye yukw ari bo yaciyek’ uwo mugani. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |