Luka 20:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Nuko bamukwegera inyuma y’umurima w’uruzabibu bamwicirayo. None mwibaza ko nyene uruzabibu niyaza azobagira gute? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Bamuhindira inyuma y’uruzabibu, baramwica. None nyen’ uruzabibu azobagira ate? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |