Luka 20:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Iyimbura rigeze, atuma umukozi wiwe kuri ba barimyi kugira ngo bamuhe igice c’umwimbu w’inzabibu kimwegukira. Ariko ba barimyi bafata uwo mukozi baramukubita, bamurungika iminwe misa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Igihe c’iyera kigeze, atuma umukozi kuri ba barimyi, ngo bamwamurire inzabibu z’uruzabibu: abo barimyi baramushishagura, bamurungika gusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |