Luka 2:52 - Bibiliya mu Kirundi coroshe52 Nuko Yesu abandanya akura mu gihagararo, agwiza ubwenge, kandi agira ikiganza ciza ku Mana no ku bantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 Kandi Yesu agwiza ubgenge no gukura no gushimwa n’Imana n’abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |