50 Ariko ntibatahura ico ababwiye.
50 Ntibāmenya iryo jambo ababgiye.
Ariko ntibatahura ico ababwiye, kandi batinya no kugira ico babimubazako.
Ariko abigishwa ntibigera batahura ikintu na kimwe muri ivyo ababwiye. Insiguro yavyo yari ihishijwe, bituma badatahura ico ashatse kubabwira.
Ariko bo ntibatahura ico ababwiye. Insiguro y’ayo majambo yari ihishijwe, bituma batayimenya, kandi batinya no kugira ico babimubazako.