Luka 2:48 - Bibiliya mu Kirundi coroshe48 Abavyeyi biwe bamubonye baratangara cane. Nyina aramubaza ati: “Mwana wanje, ibi watugiriye ni ibiki? Twe na so tumaze imisi duhagaritse imitima cane tukurondera.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)48 Bamubonye baratangara, nyina aramubaza, ati Mwananje, n’iki catumye utugirira urtyo? Urabona twe na so aho twakurondereye tubabaye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |