Luka 2:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe44 Nuko bamara umusi wose bagenda, bibaza ko umwana yoba ari mu bandi bari bafatanije urugendo. Mu nyuma batangura kumuronderera mu ncuti n’abagenzi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 Ariko bībgiye yukw ari mw igugu ry’abo bagendanye, bagenda urugendo rw’umusi wose, maze bamurondera mu ncuti no mu bo bazinanyi: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |