Luka 2:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Ako kanya nyene, ashika aho bari aca atangura gushima Imana no kubwira abari biteze ugucungurwa kwa Yerusalemu bose inkuru z’uwo mwana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Ako kanya aca araza, ashima Imana, avuga ivya Yesu, abibgira abāri barorereye ugucungurwa kw’i Yerusalemu bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |