Luka 2:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Kandi hariho n’uwavugishwa n’Imana yitwa Hana, mwene Fanuweli, wo mu muryango wa Asheri, yari ashaje cane. Yabanye n’umugabo wiwe imyaka indwi gusa, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Kandi hāriho Ana, uwavugishwa n’Imana, umukobga wa Fanuweli, wo mu muryango wa Asheri, yar’ umutāmakazi wa kera, yabanye n’umugabo wiwe imyaka ndwi, uhereye ku kurongorwa kwiwe, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |