Luka 2:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Nuko Simeyoni arabahezagira, maze abarira Mariya ati: “Uwu mwana ashizweho kugira ngo, muri Isirayeli, abantu benshi bagwe, abandi bavyuke. Azoba ikimenyetso kivuye ku Mana, ariko benshi bazomugwanya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Simeyoni arabahezagira, abgira nyina Mariya, at’ Umve, uyu ashiriweho kugira ngo benshi mu Bisirayeli bagwe, benshi bavyuke, no kuzoba ikimenyetso kigawa, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |