28 Simeyoni aramwakira, amukikira mu maboko yiwe, ashima Imana ati:
28 aramwākira, aramukikira, ashima Imana,
Nuko aterura ba bana, abarambikako ibiganza, arabahezagira.
Nuko afata umwana mutoya amuhagarika hagati yabo, aramuterura, ababwira ati:
Mariya aravuga ati: “Ubugingo bwanje burahimbaza Umwami Imana,
Ubwo nyene akanwa kiwe gaca karuguruka, ururimi ruragoboroka, aca atangura kuvuga ahimbaza Imana.
“Amashimwe ni ay’Umwami, Imana ya Isirayeli, kuko yaje gutabara no gucungura abantu bayo.
Ba bungere na bo basubira inyuma bahimbaza Imana bongera bayitazira kubera ivyo bumvise n’ivyo babonye, kuko basanze bimeze nk’uko bari babibwiwe.
Arongowe na Mpwemu Yera, yinjira mu rusengero. Yosefu na Mariya bazanye Yesu mu rusengero kugira ngo bashitse ivyo ivyagezwe vyategekanya kuri we,
“Ubu rero, Mwami Imana, nk’uko wansezeraniye, urasezeye umusavyi wawe amahoro.