Luka 2:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Abo bamarayika bamaze gusubira mw’ijuru, ba bungere baca baravugana bati: “Nimuze tugende i Betelehemu kuraba ivyabaye, ivyo Umwami Imana atubwiye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Ba bamarayika bahejeje kuva aho bari, basubiye mw ijuru, nya bungere baravugana, bati Ngo rero tuje i Betelehemu, turābe ico kintu cabayeyo, ico Umwami Imana atumenyesheje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |