Luka 2:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Iki ni co kizobabera ikimenyetso: muzosanga uruyoya ruzingiriweko impuzu, ruryamitswe mu bwato inka ziriramwo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Iki ni co kimenyamenya canyu, murasanga umwana w’uruyoya azingiriwekw impuzu y’uruyoya, aryamitswe mu bgato bg’inka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |