Luka 19:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe47 Imisi yose Yesu yama yigishiriza mu rusengero. Ariko abakuru b’abaherezi, abigisha b’ivyagezwe n’abatware b’Abayuda baho bose bagumye barondera ukuntu bomwica. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 Kandi yigishiriza mu rusengero imisi yose. Arikw abaherezi bakuru n’abanyabgenge b’ivyanditswe n’abantu bakuru‐bakuru bo mur’ ubgo bgoko barondera ingene bomwica, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |