40 Arabishura ati: “Ndababwire ukuri, naho bohora, amabuye yosemerera.”
40 Arabishura, ati Ndababgire, Aba ni bahora, amabuye arasemerera.
Kuva isaha zitandatu z’umurango kugeza isaha y’icenda, haba umwijima, utwikira igihugu cose.
mureke kwibwira mu mitima yanyu muti: ‘Turi uruvyaro rwa Aburahamu’, kuko ndababwira ko no muri aya mabuye mubona, Imana ishobora gukuramwo abana ba Aburahamu.
Yegereye Yerusalemu, yitegereza igisagara, arakiririra,
hanyuma kandi nimba yaraciriye kw’iteka ibisagara vya Sodomu na Gomora mu kubihindura umunyota, bigacika akarorero k’ibizoshikira abatubaha Imana;