Luka 19:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Ariko abantu bo mu gihugu ciwe baramwanka, bituma barungika intumwa inyuma yiwe zija kuvuga ziti: ‘Uwo muntu ntidushaka ko aba umwami wacu.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Arikw abantu biwe bāramwanka, bamukurikiza intumwa, bat’ Uyo ntitugomba kw atuganza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |