Luka 19:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ababwira ati: “Umuntu ava mu muryango utunze, yagiye mu gihugu ca kure kwimikwa nk’umwami, hanyuma ngo aheze agaruke. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 nukw aravuga, ati Hābaye umuganwa yagiye mu gihugu ca kure kwimikirwayo, ngw agaruke. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |