Luka 19:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Bakiriko baramwumviriza, Yesu arabandanya abacira umugani, kuko yari yegereje gushika i Yerusalemu, kandi ico gihe abantu bibaza ko Ubwami bw’Imana buca bushika ubwo nyene. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Bakiriko barumva ivyo, avyongerak’ umugani, kuko yari hafi y’i Yerusalemu, kandi kuko biyumvira yuk’ ubgami bg’Imana bugira buboneke uwo mwanya; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |