Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 18:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 ariko kubera uwu mupfakazi arangoye cane; ngira ndamutunganirize kugira ngo ntabandanye aza kunduhisha.’ ”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 ariko kuk’ uwo mupfakazi angoye, ndamucira urubanza rumukiza, ngo ntiyame aza imisi yose, akanzigiriza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 18:5
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko Yesu ntiyamwishura n’ijambo na rimwe. Abigishwa biwe baraza baramwinginga bati: “Mwirukane kuko aguma avugiriza induru inyuma yacu.”


Ndababwire ukuri, naho atovyuka ngo amuhe iyo mikate kubera ari umugenzi wiwe, yovyuka akamuha ivyo akeneye vyose kubera yashishikaye kumugobera ata dusoni.


Kandi muri ico gisagara hari umugore yama aza kumwinginga ati: ‘Ncira urubanza runkiza uwundenganya.’


Abari imbere ya Yesu baramuzibiza ngo ahore, ariko arushiriza gusemerera ati: “Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi!”


Ntoza indero umubiri wanje, nkawugira umuja wanje, kugira ngo maze kuvuga Ubutumwa Bwiza sinsange narushijwe mw’ihiganwa, ngahusha impera.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ