Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 18:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Kandi muri ico gisagara hari umugore yama aza kumwinginga ati: ‘Ncira urubanza runkiza uwundenganya.’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Mur’ ico gisagara hār’ umupfakazi, aza kuri we kenshi, aramubarira, ati Ncira urubanza runkiza umwansi wanje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 18:3
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nihagira umuntu aja kukwagiriza mu bucamanza, wihutire kwiyuzuza na we mukiri mu nzira, kugira ngo ntagushikirize umucamanza hanyuma na we akagutanga ku mukuru w’ibohero, uwo na we akagupfunga.


Arababwira ati: “Mu gisagara kimwe habaye umucamanza atubaha Imana kandi atasonera n’abantu.


Uwo mucamanza amara igihe atamwumviriza. Ariko arateba aribwira ati: ‘Ni vyo, nsintinya Imana kandi sinsonera n’abantu,


ariko kubera uwu mupfakazi arangoye cane; ngira ndamutunganirize kugira ngo ntabandanye aza kunduhisha.’ ”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ