Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 18:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Maze Petero aramubarira ati: “Twebwe twasize ivyacu vyose turagukurikira!”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Petero aravuga, ati Rāba, twebge twaretse ivyacu, turagukurikira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 18:28
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Petero aramwishura ati: “None ko twebwe twasize vyose tukagukurikira, tuzoronka iki?”


Yesu avuye aho, abona umutozakori yitwa Matayo yicaye aho yatoreza ikori, amubwira ati: “Nkurikira.” Matayo aca ava hasi, aramukurikira.


Maze Petero aramubwira ati: “Twebwe twasize vyose turagukurikira!”


Baca bakwegera ubwato bwabo ku nkengera y’ikiyaga, basigaho vyose, baramukurikira.


abwira wa mwigishwa ati: “Ng’uwo umuvyeyi wawe.” Kuva ico gihe, wa mwigishwa aca ajana Mariya iwe.


Ariko ivyo nahora nibaza ko bifise agaciro, ubu ndavyiyumvira nk’ibitagira ikimazi, kubera ivyo Kristo yakoze.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ