Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 18:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Yesu abonye ukuntu ababaye, aca avuga ati: “Biragoye cane ko abatunzi binjira mu Bwami bw’Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Yesu amwitegereje aravuga, at’ Erega biragoye kw aba vyinshi binjira mu bgami bg’Imana!

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 18:24
18 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze umwami Herode arababara cane, ariko kubera indahiro yarahiye imbere y’abatumire, ntiyashobora kumwankira ico asavye.


Wa muntu avyumvise arababara cane kuko yari atunze cane.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ