Luka 18:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Umutware umwe aramubaza ati: “Mwigisha mwiza, nokora iki kugira ngo ndagwe ubugingo budashira?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Umukuru w’isinagogi aramubaza, ati Mwigisha mwiza, nkore iki, ngo nze ndagwe ubugingo budashira? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |