Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 18:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Ariko Yesu asaba ko babamuzanira, abwira abigishwa biwe ati: “Nimureke abana baze aho ndi, ntimubabuze, kuko Ubwami bw’Imana ari ubw’abameze nka bo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Maze Yesu arabahamagara, ati Ni mureke abana bato baze aho ndi, ntimubabuze: kuk’ ubgami bg’Imana ar’ubg’ abameze bartyo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 18:16
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yesu arababwira ati: “Nimureke abana baze aho ndi, ntimubabuze, kuko Ubwami bw’ijuru ari ubw’abameze nka bo.”


Umusi umwe abavyeyi bazanye abana babo bato aho Yesu ari kugira ngo abakoreko abahezagire. Ariko abigishwa barabakankamira.


Ndababwire ukuri, umuntu wese atakira Ubwami bw’Imana nk’umwana muto ntazokwigera abwinjiramwo.”


Kuko iryo sezerano ari iryanyu, n’iry’abana banyu, n’iry’abari kure bose, abazohamagarwa n’Umwami Imana yacu bose.”


Bene Data, ntimube nk’abana bato mu gutahura ibi. Mube abana bato ku bijanye n’icaha, ariko mube nk’abakuze mu gutahura ibintu nk’ibi.


Kuko umugabo atizera yezwa biciye ku mugore wiwe, kandi n’umugore atizera yezwa biciye ku mugabo wiwe. Ahandi ho abana banyu bobaye abahumanye, ariko noneho barejejwe.


Mumere nk’abana bato b’inzoya, mwipfuze kandi murondere kunywa amata y’impwemu atavanze, kugira ngo abakuze mu gakiza,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ