Luka 18:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Umusi umwe abavyeyi bazanye abana babo bato aho Yesu ari kugira ngo abakoreko abahezagire. Ariko abigishwa barabakankamira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Maze bamuzanira abana babo b’inzoya ngw abakoreko: abigishwa babibonye barabakankamira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |