Luka 18:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ariko wa mutozakori ahagarara kure, ntiyubahuka no kurangamiza mw’ijuru, yamara yikubita ku gikiriza, avuga ati: ‘Mana, ngirira imbabazi, jewe umunyavyaha.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ariko wa mutozakori, ahagaze kure, ntiyagomba no kurangamiza ngw arābe mw ijuru, arikw arishishitira, ati Mana, ngirira ikigongwe, nd’ umunyavyaha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |