Luka 17:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Mbega ntaca avuga ati: ‘Ntegurira imfungurwa, hanyuma wambare neza ungaburire, ninaheza gufungura na we uraheza ufungure’? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ariko ntiyomubarira, at’ Arura ivyo kurya vyanje, ukenyere, ungaburire, gushitsa aho mpereza kurya no kunywa, nawe hanyuma ubone kurya no kunywa? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |