Luka 17:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Arabishura ati: “Iyo muba mwari mufise ukwizera kungana n’akabuto k’igiterwa citwa mutaride, mwobwiye iki giti muti ‘Randuka, ushingwe mu kiyaga,’ kandi cobumviye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Umwami arabishura, ati Namba mufise ukwizera kungana n’akabuto ka sinapi, mwobarira iki giti c’umusukamino, muti Randuka, ubadikwe mu kiyaga, kandi cobumvira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |