36 Abagabo babiri bazoba bari kumwe mu murima, umwe ajanwe, uwundi asigare.”]
36 aho babiri bazoba mu mirima, umwe azojanwa, uwundi arekwe.]
Abagabo babiri bazoba bari mu murima, umwe ajanwe uwundi asigare.
Maze abigishwa baramubaza bati: “None ivyo bizobera he ga Mwami?” Na we arabishura ati: “Aho umuvyimba uzoba uri, ni ho ibikona bizokoranira.”