Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 17:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Kuri uwo musi, uwuzoba ari hejuru ku nzu, ntazosubire mu nzu kurondera ivyiwe. N’uwuzoba ari mu murima, ntaze asubire i muhira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Uwo musi, ūzoba ari hejuru ku nzu, ibintu vyiwe biri mu nzu, ntaze yururutswe no kubisahura, n’ūri mu mirima n’uko, ntaz’ asubire inyuma.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 17:31
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mbega umuntu vyomumarira iki yungutse ivyo mw’isi vyose, ariko agatakaza ubugingo bwiwe? Canke umuntu yotanga iki kugira ngo acungure ubugingo bwiwe?


Ni co gituma ndababwiye nti: ntimukiganyire kubera ivyo mukeneye kugira ngo mubeho; vyaba ivyokurya, ivyo kunywa, canke ivyo kwambara. Mbega ubuzima ntiburuta cane ivyokurya canke umubiri nturuta cane ivyambarwa?


Nuko abazoba bari i Yudaya baze bahungire ku misozi, abari mu gisagara bakivemwo, kandi abazoba bagiye mu misozi, ntibaze bagaruke mu gisagara.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ