Luka 17:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Ni ko bizoba no ku musi Umwana w’Umuntu azohishurirwako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Ni ko bizoba, umusi Umwana w’umuntu azoserukirako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Iyo mibabaro iriho kugira ngo ipime ukwizera kwanyu yerekane ko ari ukw’ukuri. Kurya inzahabu ishira igeragereshwa umuriro kugira ngo igaragare ko ari iy’ukuri, ni ko biri no ku kwizera kwanyu. Gufise agaciro kanini cane kurusha ak’inzahabu, ni co gituma gupimwa kugira ngo nikwamara kurama, kuze kubazanire ubwiza, gushimwa n’icubahiro ku musi Yesu Kristo azohishurirwa isi yose.