Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 17:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Ni ko vyari bimeze no mu gihe ca Loti. Bararya, baranywa, barasuma, baradandaza, bararima, barubaka amazu,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 No mu misi ya Loti vyabaye birtyo: bārarya, bāranywa, bāradandaza, bāragura, bāratera, bārubaka;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 17:28
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yesu yinjira mu rusengero, yirukana abadandaza n’abariko baragura bose. Ahenagura imeza z’abavunja amahera hamwe n’intebe z’abadandaza inuma.


Bararya, baranywa, bararongora, bagashingiza, gushika umusi Nowa yinjiye mu bwato, maze umwuzure ukaza ukabatikiza bose.


gushika umusi Loti yaviriye i Sodomu, maze umuriro n’ibizuku bikoroka bivuye mw’ijuru, birabarigita bose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ