Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Luka 17:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Abantu bazobabwira bati: ‘Ehe ari hariya!’ Canke ngo: ‘Ehe ari hano!’ Ntimuze mujeyo canke ngo mubakurikire.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Kandi bazobabgira, bat’ Ehe nguriya: canke bat’ Ehe nguyu. Ntimuze mujeyo, kandi ntimubakurikire.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Luka 17:23
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

kandi nta wuzovuga ngo: ‘Ehe buri hano’ canke ngo: ‘Ehe buri hariya.’ Kuko Ubwami bw’Imana buri hagati muri mwebwe.”


Na we arabishura ati: “Mwiyubare ntihagire umuntu n’umwe abazimiza. Kuko benshi bazoza biyita izina ryanje, bavuga ngo: ‘Ni jewe Kristo,’ kandi ngo: ‘Igihe kirashitse.’ Ntimuze mubakurikire.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ