Luka 17:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Nuko rero namwe nimwaheza gukora ivyo mwategetswe vyose, muze muvuge muti: ‘Turi abakozi b’imburakimazi, twakoze ivyo dutegerezwa gukora.’ ” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Abe ari ko namwe mugira, ni mwaheza gukora ivyo mwagezweko vyose, muvuge, muti Tur’ abagurano b’imburakimazi, twakoze ivyo dukwiye gukora gusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |