Luka 16:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Ariko Aburahamu aramwishura ati: ‘Mwana wanje, ibuka ingene mu buzima bwawe kw’isi waronse ivyo wipfuza vyose, Lazaro na we aba mu magorwa menshi. Ubu ariko arahozwa, na we uri mu mibabaro. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Aburahamu aramubgira, ati Mwana wanje, ibuka yuko wahawe ivyiza vyawe ukiriho, Lazaro na we yahawe ibibi: non’ amariwe imibabaro hano, nawe uraseserezwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |