Luka 16:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Ariko arababarizwa i kuzimu, yunamura amaso abona Aburahamu ari kure cane, na Lazaro ari mu gikiriza ciwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Ar’i kuzimu, ararangamiza, ababazwa cane, abona Aburahamu ari kure, na Lazaro ari mu gikiriza ciwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |