Luka 16:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Umubiri wiwe wari wuzuye ibikomere, akama yipfuza utwo kurya dukorotse tuva ku meza y’uwo mutunzi, mbere n’imbwa zama ziza kurigata ivyo bikomere vyiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Yifuza guhāzwa n’udukorokera musi y’ameza y’uno mutunzi; kand’ imbga na zo zāraza zikamurigata ibisebe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |